Nous sommes jeunes, nous sommes différents, nous sommes blogueurs. Notre mission : raconter le Burundi, tel qu'il est, tel qu'il pourrait être. Yaga signifie « raconter », en kirundi.
"Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha" Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye. Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ? Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi.
Guhohotera abana babakobwa ntibikorwa misi yose nabantu bahita canke bahuriye ahandi, birashika kandi kenshi, bigakorwa naba batunze ari ba sebuja, ba sewabo...nabandi. Ivyo bitera ingorane zirenze kuko uwo mwana w'umukobwa ntiyubahuka kubivuga. Iyo abivuze naho, nigake bamwemera bigaca bimugwako, akangazwa kugira ishusho ry' umuryango yarabayemwo ntiritosekare. Murikino kiyago, umwigeme Zaïnabu Hussein arabisigura neza.
Les autorités ont récemment décidé que les touristes devront payer les hôtels en devises
Why living in a beautiful country with immeasurably beautiful places, yet not enjoy them?
« M'enfin, c'était une blague. N'en fais pas des tonnes », entend-on souvent. Divin Spencer revient avec la question de savoir si l'on peut rire de tout. Pour lui, certaines blagues sont trop déplacées et la frontière entre humour et offense souvent violée. Et vous, que pensez-vous des blagues jugées de mauvais goût ?
Burya, udukorwa two mu buruhuko, sitwo dutuma urwaruka rwadukana ingeso zibajana mubusambanyi? Inyishu yico kibazo kiri muri kino kiganiro c; uno munsi #UbufashaKwIrondoka
Ikiganiro c'uno munsi kiza guhuza urwaruka aho bazoba bariko baraganira kuruhara boggira mukugwanya umugera wa Sida mugihe tubona ibiharuro vy'abandura uwo mugera vyasubiye kuduga hano mugihugu c'Uburundi. #UbufashaKwIrondoka
Ikiganiro c'uno munsi kiza gushira hamwe urwaruka, aho bazakutubwira icokorwa kugira babone kwisanzura mugihe hageze kubaza impamuro, canke inyigiho zijanye n'ubuzima ndoragitsina. #UbufashaKwIrondoka
Ihohoterwa rifatiye kugitsina birabaho, ariko iyo hageze kubaza ko vyoba bibaho mu makaminuza atandukanye mu gihugu, bamwe bogira bati: "Oya nawe ntu!" Muri kino kiyago c'uno munsi, abatumire bacu barabiganirako aho baza kutubwira ingene bobo babibona canke babibayemwo. #UbufashaKwIrondoka
Pour cet épisode, nous allons faire un retour en arrière dans le temps et nous arrêter à la date du 12 Novembre 2010, le jour où le premier Ombudsman a été élu par le parlement burundais.
Mukiganiro c'uno munsi, turagaruka mu kwezi kwa Myandagaro, igenekerezo rya 28 mu mwaka w'2000, aho amaserano y'i Arusha yahagarika intambara yarashizweko urukumu. Ayo masezerano mu vyo yashitseko harimwo gushiraho umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha Abarundi, mu gifaransa "Commission Vérité et Réconciliation", CVR mu majambo avunaguye.
Mu kiganiro c'ibidukikije c'uno munsi, turaza kurabira hamwe ingene kubaka kumisozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura bibangamira ubuzima bw'abanyagihugu baba mumicungararo y'iyo misozi.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kubijanye n'ugukingira uruzi Rusizi n'inkombe yazo mukwirinda imyuzurira
Mu kiganiro c'uno munsi, tuzakuganira kubibazo bihagaze mugukingira ishamba rihanamye imisozi ya Makamba n'ingene tworushirizaho kuyikingira
Mu kiganiro c'uno munsi, tubayagira k'umwuga wo kubumba amatafari hamwe n'ingene baca ibiti kugira babiturire. Ariko naho bimeze uko, turaza kubona ko hari hakenewe koukwo guca ibiti bikurikiranywa kugira tugabanye ingaruka zitipfujwe kandi dukingire ibidukikije.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza guca hirya no hino ibibangamiye ishamba ry'imeza rya Vyanda biturutse kubikorwa vy'abanyagihugu bayegereye.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuyaga kubijanye n'ugukungira ikiyaga Tanganyika.
Mu kuganiro c'uno munsi, turaza kubiganira ingene irwirirana ry'ama manga ageramiye umutekano w'abanyagihugu hano i Burundi.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kukungene ihindagurika ry'ibihe ryagiye rirakorako abanyagihugu mu mihingo itandukanye mu myaka iheze.
Mukiganiro c'uno munsi, tuzakurabira hamwe isano riri hagati y'ugukingira ibidukikije n'amagara y'abantu. Tuza kugaruka ahanini kuburyo tutitwararika gukingira ibidukikije bikanagira ingaruka kumagara y'abantu.
Muri kino kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira ibijanye n'ugucukura ibikoresho vy'ubwubatsi nk'amabuye, ama kariyeri eka n'umusenyi bitaciye mumategeko. Tukongera tukaza kurabira hamwe ingaruka bifise kubidukikije n'icokorwa kugira haboneke impinduka rizotugirira akamaro twese.
Ikiyago c'uno musi kidusubiza kw'igenekerezo rya 10 Nzero mu mwaka w' 2007. Uwo munsi, uwahoze ari umukuru w'igihugu, Melchior Ndadaye niho yagirwa incungu ya demokarasi. Muti, vyatanguye gute?
Le féminisme à la sauce burundaise, ça donne quoi? Nous avons mis les petits plats dans les grands pour le comprendre en compagnie de @gab___riella et aujourd'hui, nous allons vous partager la suite de cet intense échange. Un podcast à consommer sans modération :
Le féminisme à la sauce burundaise, ça donne quoi? Nous avons mis les petits plats dans les grands pour le comprendre en compagnie de @gab___riella . Un podcast à consommer sans modération :
And we finish this “culture shock” series by talking about a social media concept we hear often nowadays: influencer. How does it fit in our society and daily life? #lifestyle
Muramaze kumva bamwe bavuga ngo:"Tumenyane ariko nti tumenyeranye"? Kubwanyu bisigura iki? Vyoba vyoroshe gushinga akarimbi hagati y' ubugenzi, nukumenyerana birenze kuburyo kubahana n'ukubaha ivyuwundi bigenda bigabanuka? Murikino kiganiro twagiranye na Delicia Berirembo, aratwiganira uko avyumva, n' ingene abigenza mubuzima bwa misi yose
Etre jeune rime des fois avec être flexible dans la compréhension de ce que vie un autre jeune. Etre jeune c'est aussi ce moment où l'on se donne une cause à défendre et à soutenir. Mais est-ce le cas pour ces filles qui tombent enceinte avant "l'heure"? Quel type d'assistance nous les jeunes portons à ces personnes qui traversent une difficile periode? Dans l'épisode d'aujourd'hui, nous pose cette question et nous aide à y réfléchir. Quel est la cause que nous volons défendre?
Today in our culture shock series we will address the rollercoaster of coming back home. From the priceless amazing moments they have always dreamed of to challenges they did not see coming, 2 voices share their journey in “Amahoro there”.
Notre société burundaise a l'art de bien poser les choses, ou pas tout compte fait, quand il s'agit de la "gente masculine". Et bien souvent, quand il s'agit de maternité précoce, ce qui est considéré comme un "fardeau" devient bien lourd à porter pour les épaules de ces filles qui encourent le rejet et la stigmatisation pendant que les garçons peuvent encore entrevoir une sorte d'avenir pour eux. Dans l'épisode d'aujourd'hui, Divin pose les bases d'une réflexion sur les responsabilités de chacun. Un pas vers un changement de perception et de comportement ?
✈️ To all those that left and those impatiently waiting for their turn with a bagage of misconceptions, to this you might relate.
Uno munsi turaza gufata akanya ko kuganira kuntambamyi zishobora kwaduka mugihe abubakanye baba badasangiye idini rimwe. none burya, mwe niko muvumva?
Ku Bwacu uno munsi irafata akanya ko kuganira ibijanye n'ikumira ry'abantu bagendana umugera wa sida ariyo VIH.
Uno munsi Ikiganiro Kubwacu kiza kugaruka kugateka k' abana bihakanywe n' aba se wabo. Amategeko ico ategekanya n' ibishoboka gukorwa kugira dutere tuvavanura n' iyo ngedo ihohotera canke icinyiza agateka k' abo bana
Muri kino kkiganiro cacu, turafata akanya ko kuganira ingene idini rya Isiramu ribivyifatamwo kubijanye no gukirikiza amategeko agenga igihugu c' Uburundi
Iyo bavuuze ivyo kurenga ibigo, habazwa umukenyezi ico yoba atakoze neza canke ko aribo babikora. Uno munsi, turaza kumva ico amategeko abivugako hamwe n'uruhara rwa bose mububakanye mukurondera iminduka
Mukazi, birashika umuntu akabuzwa amahoro n'abo bakorana canke umukoresha. Ivyo bikinjira mw'ihohoterwa rifatiye kugitsina. Muri kino kiganiro, turafata akanya ko gutahura uko bigenda kugira habe ayo mabi twongere twumvirize ivyo amategeko ategekanya muri ico gihe
Iyo hageze kurangura amabanga y'abubakanye, bivugwa na benshi k'umukenyezi ategerezwa kumvira umuagabo wiwe. Ariko, iyo bishitse akaba ariwe ashikirije icifuzo ciwe bigafatwa ukundi. Burya, niko bitegerezwa kugenda? ikiganiero c'uno munsi kiragaka kur'ico kibazo
Ikiganaro Kubwacu kirfata akanya ko kugaruka kubuzima bw'abana bavukira bakongera bakurira mumabohero. Akaryo ko gusubira kuraba ibbitegekanyijwe kugira bihagarare canke haboneke impinduka
Mu kiganiro c'uno munsi, turagaruka kuburenganzira bwo gutora, n'ingene hariho abiyaka ubwo burenganzira. Bamwe kubera ukutamenya canke hakajamwo ubunebwe
Ikiganira Kubwacu un munsi kiraza gufata akanya ko kuganira ku gateka k'abana bavutse ku mukenyezi atashoboye kubaka urwiwe
Muri kino kiganiro c'uno munsi, turafata akanya tuyagire hamwe ikibazo kijanye n'ihonyanrwa ry'agateka k'abana, na cane cane abana bacuruza mwi barabara
Mu kiganiro Kubwacu c'uno munsi turaza kuyaga ibijanye n'ikibanza kigenewe umukenyezi mubijanye n'ivy'akazi mubuzima ba minsi yose, twongere turabire hame nimba hariho ubutandukane
Mu kiganiro c'uno munsi, turaganira n'abigeme bavyariye iwabo, bakatubwira ko ubuzima budaca buhagarira aho nyene
Muri kino kiganira c'uno munsi turaza kuganira n'uburenganzira bwo kwiga kubana bagendana ubumuga
⏪ Faisons un petit "throwback" dans l'adolescence. Tu faisais partie des jeunes "cool" ou de ceux qu'on prenaient pour "ababono" ?
Le secrétariat d'État à la défense, l'équivalent de ministère de la Défense à l'époque, fut créé en juillet 1962, avec un civil, Zénon Nicayenzi à sa tête. Après celui-ci, ce poste sera successivement cumulé par les présidents de la République. Dans l'épisode d'aujourd'hui, nous allons en apprendre un peu plus sur l'évolution de cette institution au fil des années